Atanyuze ku ruhande namba, Perezida w’Uburundi, Evariste Ndayishimiye, ahaye gasopo Paul Kagame!

Président du Burundi, Evariste Ndayishimiye, en train de réviser son armée, lors de son investiture.

01/04/2025, Ikiganiro “Uko mbyumva, Ubyumva ute?” mutegurirwa kandi mukigezwaho na Tharcisse Semana.

”[…] Umunsi bozodutera […] tuzemera dupfe turwana kuko abarundi ni abarwanyi; […] nimba yokunze Bujumbura aciye muri Kongo, notwe tuzokunda Kigali duciye mu Kirundo; ico narakimubwiye”.”[…] Umunsi bozodutera […] tuzemera dupfe turwana kuko abarundi ni abarwanyi; […] nimba yokunze Bujumbura aciye muri Kongo, notwe tuzokunda Kigali duciye mu Kirundo; ico narakimubwiye”, Perezida w’Uburundi Evariste Ndayishimiye

Please follow and like us:
Social Network Integration by Acurax Social Media Branding Company
RSS
Follow by Email